Umugabo n'umugore bakina amafilime, ivyamamare Meagan Good na Jonathan Majors, bafashe urugendo rwabashikanye muri Guinée, aho bahawe ubwenegihugu, inyuma yo gukurikirana amamuko yabo biciye mu bipimo ...
Ahavuye isanamu, Press service of the State Emergency Service of Ukraine in Odesa region Uburusiya bwongereje ibitero vyabwo mu ntara ya Odesa iri mu bumanuko bwa Ukraine, ivyatumye umuyagankuba ...